in

Miss Burundi wagaragaye yambaye ikariso, yatangaje amagambo arimo guhangana na Leta

Mu minsi yashize nibwo abantu bavuze amagambo menshi nyuma yo kubona Miss Burundi impuzu yari yambaye mu ihiganwa rya Miss world.

Miss Lauria Nishimiwe ngo ihiganwa araribandanya kandi ngo arashimira ababandanya bamushigikira.

Aho ni inyuma yaho hagaragaye amafoto
yafatiwe muri Philippines iyo ari mw’ihiganwa rya Miss Earth(Miss w’isi) aho yaserukiye Uburundi, benshi bavuzeko ariguhonyanga imico y’Igihugu.Muravyibuka ko n’ubushikiranganji muvyo bujejwe harimwo umuco,bwagize ico bushikirije,Inyuma Yivyo Miss Lauria yagize ati:

“Nguma icizere,abantu bamwe baribazako nzocampunga ndabivemwo.Ariko oya,nzotaha.Ndabandanya ihiganwa kuko niryo ryanjanye,sivyo none? sinzobivamwo.Nzobandanya gushika kwiherezo ry’ihiganwa.Hama nzotahe.”

“Ndanezerewe cane nukungene mubandanya munshigikira.Imana ibahezagire cane.Ivyo munkorera birankorako kandi ndabakunda cane.Gende mukunde(like) amafoto yose ngaragaramwo mw’ihiganwa rya Miss Earth kuko binyongerereza amahigwe yogutsinda.”

“Nashaka nokubamenyesha ukuntu ukuntu nkorwaho nukuntu muriko munshigikira.Ndabishima cane kandi ndabakunda vy’imvamutima.”

Written by Geovanis

I am responsible for this article, not the YEGOB website. Please contact me if you need more information about it : +250 781 375 290

Subscribe
Notify of
guest
0 Comments
Inline Feedbacks
View all comments

Kabaye: Kate Bashabe na Shaddyboo bagonganiye i Paris muri France

Amafoto: Nabo ubwabo bagira umunzani, Clarisse yashyize ifoto ya Gicumbi hanze ubwo yari asekeje abafana bamuha ifoto ye isetsa abantu imbavu zirashya