Connect with us

imikino

10 binjije akayabo muribi bihe , Cristiano Ronaldo arabayoboye Reba abandi bakina imikino itandukanye akayabo binjije

Published

on

Muri ibi bihe bya corona ibyamamare bigiye bitandukanye byinjije akayabo.

Nkuko ikinyamakuru dailymail cyabitangaje Hari ibyamamare byinjije akayabo biciye kumbuga nkoranya mbaga mubiryo bwo kwamamaza aho
Byishyurwa kucyo bishizeho aho uyoboye abandi mukwinjiza agatubutse Ari Cristiano Ronaldo.

Urutonde rugaragaza uko bayinjije:

1) Cristiano Ronaldo – £1,882,336 

Abamukurikira Instagram:  219,000,000, Ayo yinjiza kucyo yamamaje ashizeho kimwe: £470,584, abo yamamarije cyangwa inshuro yamamaje: 4

2) Lionel Messi – £1,299,373

Abamukurikira kuri Instagram: 151,000,000, Ayo yinjiza kucyo yamamaje: £324,843, Inshuro yamamaje: 4

3) Neymar – £1,192,211

Abamukurikira kuri Instagram: 138,000,000, Ayo yinjiza kucyo yamamaje: £298,053, Inshuro yamamaje: 4

4) Shaquille O’Neal – £583,628

Abamukurikira: 17,000,000, Ayo jinjiza kucyo yamamaje £36,477, Inshuro yamamaje: 16

5) David Beckham – £405,359

Abamukurikira kuri Instagram: 62,900,000, Ayo yinjiza kucyo yamamaje: £135,120, Inshuro yamamaje: 3

6) Virat Kohli – £379,294

Abamukurikira kuri Instagram: 59,000,000, ayo jinjiza kucyo yamamaje: £126,431, Inshuro yamamaje: 3

7) Zlatan Ibrahimovic – £184,413

Abamukurikira kuri Instagram: 42,900,000 Ayo yinjiza kucyo yamamaje: £92,206, Inshuro yamamaje: 2

8) Dwyane Wade – £143,146

Abamukurikira kuri Instagram: 16,600,000, Ayo yinjiza kucyo yamamaje: £35,787,  Inshuro yamamaje:4

9) Dani Alves – £133,694

Abamukurikira kuri Instagram: 31,100,000, Ayo yinjiza kucyo yamamaje: £66,847, Inshuro yamamaje: 2

10) Anthony Joshua – £121,500

abamukurikira kuri Instagram: 11,300,000, Ayo yinjiza kucyo yamamaje: £24,300, Inshuro yamamaje: 5

*Ibi  nibyafashwe guhera tariki ya 4 zukwa Kane kugeza 1 z’ukwezi kwa gatandatu.

Leave your vote

Comments

0 comments

Advertisement
Click to comment

Shyiraho igitekerezo

Izikunzwe

Advertisement
Advertisement

Inkuru z'umunsi

Log In

Forgot password?

Don't have an account? Register

Forgot password?

Enter your account data and we will send you a link to reset your password.

This site is protected by reCAPTCHA and the Google Privacy Policy and Terms of Service apply.

Your password reset link appears to be invalid or expired.

Log in

Privacy Policy

Add to Collection

No Collections

Here you'll find all collections you've created before.

error: Content is protected !!